Kenya yiyemeye kuja gufasha Haiti kurwanya imirwi y’inkorabara mu gihugu, ubwo izobishobora?

Igihugu ca Kenya ciyemeje kurongora ingabo mpuzamakungu muri Haïti, mu kamo gaherutse guterwa n’umushikiranganji wa mbere w’ico gihugu co muri Karayibe (Caraïbes/Carribean) mu kugarukana umutekano.

Iyi mirwi yarigaruriye uturere tutari duko tw’igihugu, aho ikoresha iterabwoba ikica amajana n’amajana y’abanyagihugu.

Umunyamabanga mukuru wa ONU, António Guterres, yatangaje ko hakenewe “ugukoresha inguvu zikomeye” kugira ngo iyo mirwi yakwe ibirwanisho hanyuma umutekano ubone kugaruka.

Crédito: Link de origem

- Advertisement -

Comentários estão fechados.